Nyuma yaho bivugiwe ko umumenyereza Cristal Gatabazi yoba ariwe agiye kumenyereza Gladiator

Basketball

Nyuma yaho bivugiwe ko umumenyereza Cristal Gatabazi yoba ariwe agiye kumenyereza Gladiator
Nyuma yaho bivugiwe ko umumenyereza Cristal Gatabazi yoba ariwe agiye kumenyereza Gladiator
Nyuma yaho bivugiwe ko umumenyereza Cristal Gatabazi yoba ariwe agiye kumenyereza Gladiator  Ubu ntibikiri ibanga uyo mumenyereza batazira coach Kibwa niwe amenyereza kuva kuri uyu w'imana igenekerezo rya 24 Nzero 2021, umurwi wa Gladiator akaba azobandanya afasha no  muri staff ya New stars irongowe n'a Ndindi.
Uwo mu menyereza yaramenyereje yongera aramurira  imirwi nka Mutanga United ,Muzinga ,Gymkhana , Les hyppos n'a Les gazelles.