Abakinyi b'abarundi bavuka bakongera bagakina mu bihugu vya Buraya n'amerika mu myimenyerezo yo kugeragezwa i Bujumbura.

Abakinyi b'abarundi bavuka bakongera bagakina mu bihugu vya Buraya n'amerika mu myimenyerezo yo kugeragezwa i Bujumbura.
Abakinyi b'abarundi bavuka bakongera bagakina mu bihugu vya Buraya n'amerika mu myimenyerezo yo kugeragezwa i Bujumbura.

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14 Ruheshi 2021, niho hamenyekana urutonde rw'abakinyi bagera kuri 22 bamuka mu Burundi ariko bakina hanze i burayi na za Amérique bazoshika ngaha mu Burundi kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Ruhenshi2021.

Bazobabaje mwigeragezwa, abazoshimwa bazoshirwa m'urutonde rw'abazoserukira UBURUNDI muri CECAFA U23 izobera muri ETHIOPIE izotangura igenekerezo rya 03 Mukakaro 2021. 
Kandi abo bakinyi bazofasha muri wamugambi wa 2026 wokuja mwihiganwa ry'igikombe c'isi( Coupe_du_monde.)

Urutonde rwabo bakinyi ni uru:

1 Aladin Bizimana(RFC Warnant, Belgique)

2 Trésor Anwar(ZVV Pelikaan, Pays Bas)

3 Jordis Ntamagiro

4 Amoros Nshimirimana(Willem2, Pays Bas)

5 Jamie Naudts(Spartaan20, PaysBas)

6 Hakim Mperanyi(VV Virtus, PaysBas)

7 Hussein Uwimana(Carlisle United PV, Angleterre)

8 Noah Niyongere(FC Ekeren, Belgique)

9 Prince Niyongere(K Groenehoek Sport, Belgique)

10 Hendrix Ndikumana(Union La Louvière Centre, Belgique)

Olivier Nigaba(Red River, USA)

12 Chris Inganji(Fcy New York, USA)

13 Aime Banda(ntamugwi afise)

14 Nicholas Kashirahamwe(FC Voiron Moirans)

15 Jean Ardric Boyayo(FC Voiron Moirans)

16 Hilaire Moueny Obame(SV Stadelhoffen, Allemagne) 

17 Yussuf Hussein(FCY NewYork, USA)

18 Justin Masudi(Dakota Fusion, USA) 

19 Shariff Ineza(FK Nyköping, Suède)

20 Justin Ruhimbaza(Upstatehenestar fc, USA)

21 Andy Dauwe(KSK Tongeren, Belgique)

22 Crispaldinho Chubaka(RCS Verlaine, Belgique).