ABAKINYI BO MU NTARA YA RUMONGE UKO BIFASHE KW'ISOKO RY'UMUPIRA W'AMAGURU.

1 / 1

1.

 Abakinyi bo mu ntara ya Rumonge kw'isoko ry'umupira w'amaguru bzhagaze neza , aho n'inyuma yaho agashikayo kuri 2 bamaze gushira umuko k'umasezerano yo gukinira imigwi nka Flambeau du Centre hamwe na Kayaga Unite abo 'abo basaba ari :

Ntibahezwa Dieudonne akina mw'igori, akaba  ari umunyegori yamuka mu ntara ya Rumonge akaba yahora Mugihugu ca Zambia mu mugwi wa Zesco_United

Hezwa rero akaba yashize umukono kumasezerano yo gukinira umugwi wa Flambeau du Centre wo ngaha mu gihugu cacu (Burundi) mu kiringo c'imyaka ibiri.

Tubibutse ko Ntibahezwa Dieudonne abashitsi bantazira Hezwa yaciye mu mugwi wa Croco Fc wo mu Rumonge imbere yuko aja muri Zambia.

Uwundi mukinyi ni 

Aimé Christian n'umukinyi nawe yamuka mu Ntara ya Rumonge wo hagati.

Aimé Christian Kanyamuneza yahoze mu mugwi wa Rumonge City yongoreje amasezerano y'imyaka itatu mu mugwi wa Kayanza United wo mu Ntara ya Kayanza.