ABASERUKIRA IBIHUGU VY'UBUSHINWA,KENYA NA NIGERIYA BASHIKIRIJE NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU AMAKETE ABAGENA .

1 / 1

1.

Kuri uyu wa 21Rusama 2021 Nyenicubahiro umukuru wigihgu Général Major Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano abaje guserukira ibihugu vy'ubushinwa ,Kenya na Nigeria.

Abo baserukizi bakaba bari baje gushikiriza Nyenicubahiro umukuru w'igihugu amakete abagena muri ayo mabanga.