Abavuka komine Mugongomanga barahamagarirwa kwitaho no guteza imbere aho bavuka.

Umukuru w'inama nkenguzamateka yifadikanije na koperative Sangwe y'i Nyarushanga muri komine Mugongomanga mu gikorwa co kwimbura ibiraya.

Abavuka komine Mugongomanga barahamagarirwa kwitaho no guteza imbere aho bavuka.
Abavuka komine Mugongomanga barahamagarirwa kwitaho no guteza imbere aho bavuka.
Abavuka komine Mugongomanga barahamagarirwa kwitaho no guteza imbere aho bavuka.

Ukwijukikira ibikorwa vy'iterambere ni kimwe muvyo umukuru w'inama nkenguzamateka SINZOHAGERA Emmanuel  ahamagarira abenegihugu bo muri komine Mugongomanga intara ya Bujumbura.

Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021,akaba yari aramutse yifatanya n'abenegihugu bahurikiye muri coopérative Sangwe y'i NYARUSHANGA. Ivyo ibikorwa bikaba vyari vyerekeye kwimbura ibaraya.

Umukuru w'inama nshingamateka akaba amaze gukora mwene izo ngendo no muyandi komine.

Yaneguye imvukira zititaho guteza imbere aho zivuka zikaguma ziteze imbere igisagara ca Bujumbura