ABIGEME BATOWE MURI MISSBURUNDI BUGURUJE  IKONTE ZABO MW' IBANKI BGF.

ABIGEME BATOWE MURI MISSBURUNDI BUGURUJE  IKONTE ZABO MW' IBANKI BGF.
ABIGEME BATOWE MURI MISSBURUNDI BUGURUJE  IKONTE ZABO MW' IBANKI BGF.

Kuri uyu wa kabiri, uko ari bane, abakobwa batowe mw'ihiganwa MissBurundi bari  baramutse baza kwuguruza ikonte zabo muri BGF .

Tukabamenyesha ko uwurongoye iyo banki yabakiriye nakanyamuneza kenshi avugako ari agateka ntangere ko kwakwira abo bigeme.
Yagiriyeko amenyesha ko izo konti zabo zitazotozwa amafaranga asanzwe  akatwa buri   kuri  konte.

Tubibutseko kandi iyo banki ya BGF yari mu kwezi ko guhimbaza isabukuru  y'amavuko y'imwaka 25 iriko irakora.

Umuyobozi w'ubudandaji muri BGF Jocelyne Munezero aramenyesha ko iyo banki itazohesha mukubandanya gushigikira urwaruka mu  migambi yarwo yo kwiteza imbere .

Uwo muyobozi w'ubudandaji muri BGF yaciye aronkeraho nakaryo ko kubasigurira ivyo banki BGF (LA BANQUE DE VOS HORIZONS) .