AMASEZERANO YOGUKORERA HAMWE KW ABAHINGA BAJEJWE GUCUNGERA IBISATA VY'AMAZI MEZA  N'AMASOKO NTANGANGUVU (AREEN).

AMASEZERANO YOGUKORERA HAMWE KW ABAHINGA BAJEJWE GUCUNGERA IBISATA VY'AMAZI MEZA  N'AMASOKO NTANGANGUVU (AREEN).

Kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 9 Ruheshi 2021,umuyobozi mukuru w'urwego AREEN   hamwe naba kaminuza y'Uburundi bakoranye amasezerano y'imwaka 5.

Balthazar Nganikiye yamenyesheje ko ayo masezerano azofasha guteza imbere igisata c'amasoko ntanganguvu mu Burundi. 

Uwo muyobozi mukuru w'urwo rwego asigura kandi ko bashize inguvu hamwe bazoraba imigambi irashe yokorerwako hamwe  n'ibijanye n'ikoreshwa  neza ry'amasoko ntanganguvu .