June 05, 2019
IGICE CA MBERE C`IKIGANIRO KIDUMU YAGIRANYE NA EAVIBE :Abaririmvyi ntibaje mu muziki kubwagahararo .

Kutaja mu muziki kubwa gahararo,n`imwe mu mpanuro NIMOBANA Jean Pierre KIDUMU akunze gutekerera a...

0 Comments 48 Views 0 Likes
May 30, 2019
Natasha ariteguriye INTAMBA DAY

Natasha ariteguriye INTAMBA DAY ,aho yamaze no kwemeza ko ariho azoba yibereye kuri uyo munsi.

0 Comments 29 Views 0 Likes
May 29, 2019
BURUNDI: MARAHABA EXPO KURI DOWNTOWN.

Uburundi bugiye kwakira ku ncuro ya mbere isabukuru yataziriwe MARAHABA EXPO ihuza abaririmvyi nd...

0 Comments 26 Views 1 Likes
May 29, 2019
UNABUDI –Inyenyeri z`uburundi kw`isi yose ryaremerwe gukora k`umugaragaro.

Kuri uyu wa gatatu ,igenekerezo rya 28 Rusama 2019 ,ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihu...

0 Comments 34 Views 0 Likes
May 29, 2019
BRIAN A SMITH afise ingabirano idasanzwe.

Umuhinyanyuzi Brian a Smith ,aharurwa mu bahinyanyuzi b`amasanamu bakomeye mu Burundi kandi bakor...

0 Comments 16 Views 0 Likes
May 28, 2019
BIG FARIAZ ahanura urwaruka gukorana inguvu

Gukorana umutima umwe hamwe no gukora cane niyo mpanuro umuririmvyi MUGANI Desire abenshi bita BI...

0 Comments 8 Views 0 Likes
May 24, 2019
SAT B na BIG FIZZO barerekanye ubuhinga bafise mu giteramo c`ihiganwa Primusic i MUYINGA.

Mu giteramo co kugurura ihiganwa rya Primusic abaserukizi biryo higanwa SAT B na BIG FARIAZ barer...

0 Comments 42 Views 0 Likes
May 24, 2019
IYUGURUGWA ICESE RY`IHIGANWA PRIMUSIC

Kuri uyu wa kane niho bitegekanijwe ko ihiganwa Primusic ritegurwa n`ihinguriro Brarudi risubira ...

0 Comments 45 Views 0 Likes
Next up
This site uses cookies to deliver our services and to show you relevant ads and job listings. By using our site, you acknowledge that you have read and understand our Cookie Policy, Privacy Policy, and our Terms of Service. Your use of our Products and Services, including our Network, is subject to these policies and terms.
Got it
loading....