BOBI WINE YAKOMOREWE INYUMA Y'IMISI ACUNGISHIJWE IJISHO IWE MURI UGANDA

Inyuma y'iminsi irenga 10 urugo rwa Robert Kyagulanyi Ssentamu rucungishijwe ijishi,
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25/1/2020 uwurongoye ubutungane mu gihugu ca Uganda yategetse ko igisirikare cari gicunze kurugo kwa Bobi Wine kihava kuko ngo ari kubangamira uburenganzira bwiwe.
Umunsi w' amatora kuwa 14/1/2021 igihe haba amatora igisirikare cariko kiragendereza kwa Bobi Wine yari ahanganye na Museveni yahavuye atsinda amatora kurugero rwa 58%. Kuva hamenyekana ivyavuye mu matora ,Bobi Wine yafungiwe murugo iwe gushika naho yankirwa kuja gusuma imfungurwa  zikamuherana
Uwurongoye igipolisi we avuga ko Bibi azoguma acungishijwe ijisho bukebuke.
Bobi Wine n'umuririmvyi wo mugihugu ca Uganda yahavuye aba umunyapolitike. Bobi wine akaba akundwa n' abenegihugu bo muri ico gihugu,aho yari   yabanje gutorwa  mukibanza umushingamateka.