Bubanza: UMUKURU W'IGIHUGU YATEYE ITEKA IBIRORI VYOGUSOHORA INTWAZANGABO MU GIPOLISI C'UBURUNDI

Bubanza: UMUKURU W'IGIHUGU YATEYE ITEKA IBIRORI VYOGUSOHORA INTWAZANGABO MU GIPOLISI C'UBURUNDI
Bubanza: UMUKURU W'IGIHUGU YATEYE ITEKA IBIRORI VYOGUSOHORA INTWAZANGABO MU GIPOLISI C'UBURUNDI

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya11 Ruheshi 2021,Ishure yigisha intwanzangabo z'inyamiramabi ry'igipolisi muri Zone Mitakataka mu ntara ya Bubanza ririko ryigisha abanyeshure 120 bipfuza kuba intwanzangabo.Abo binjiye mu mwaka wa 2020 harimwo abakobwa 6 Gusa.

Abo imaze kuramura ni 1443 harimwo abakobwa 78.Kuri uyu  wa gatanu niho hakirwa abo banyeshure mugipolisi.

Umukuru w'igihugu c'uburundi nyenicubahiro  Evariste NDAYISHIMIYE akaba ariwe yuguruye muri kano gatondo umwaka w'ishure kuri iyo Kaminuza wa 2020-2021 iyo Kaminuza ikaba isanzwe ifise ubukene bw'inyubakwa kugira hakirwe abipfuza Kwakirwa