Rumonge/Bugarama: Ubusuma bw'umuyagankuba

Rumonge/Bugarama: Ubusuma bw'umuyagankuba

Inyuma yaho ishirahamwe REGIDESO ritanguriye kuza rirafata ubusuma buguma buba mu gisagara ca Bujumbura Ubu naho ubwo busuma bwatandukiye no mugihugu hagati, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 31 Ntwarante 2021 muri zone Magara komine Bugarama intara ya Rumonge harafashwe ikonteri  mirongo ibiri nazitanu zikora bidaciye mumategeko .

Twobamenyesha ko izo konteri Ubu ziri muminwe ya REGIDESO kandi bariko baharura uruhombo iryo shirahamwe ryagize kugira ngo abakoresheje izo konteri barihe urwo ruhombo.