#CECAFA: HAMENYEKANYE INGENE IMIGWI IZOHURA MW'IHIGANWA RY'UMUPIRA W'AMAGURU WAATARENZA IMYKA 23 RIGIYE GUTANGURA RYA CECAFA

#CECAFA: HAMENYEKANYE INGENE IMIGWI IZOHURA MW'IHIGANWA RY'UMUPIRA W'AMAGURU WAATARENZA IMYKA 23 RIGIYE GUTANGURA RYA CECAFA

Mugihe kw'igenekerezo rya 17 Mukakaro 2021 ariho hazotangura ihiganwa ry'umupira w'amaguru wabatareza imyaka 23 mu karere ka afurika y'ubuseruko (CECAFA) hamenyekanye ingene imigwi izohura n'amatsinda barimwo aho umugwi nserukira gihugu Intambamurugamba w'isanze mw'itsinda rimwe n'umugwi y'ibihugu nka Eritrea hamwe na Ethiopie izokwakira iryo higanwa.

Uko imigwi n'amatsinda bipanze ni uku :

Itsinda A:- UGANDA, TANZANIE,RDC.

Itsinda B: - ETHIOPIA,BURUNDI, ERITREA.

Itsinda C :- DJIBOUTI,SOUTH SUDAN,KENYA.

Muri iyo migwi yose umugwi uzoba uwambere mw'itsinda niwe uzoba uronse amahirwe yogukina kimwe gishira icanyuma(1/2final) hakiyongerako umugwi umwe uzoba wabaye uwakabiri mw'itsinda ariko utigeze utsindwa cane (meilleur perdant).

Twobibutsa ko umugwi nserukira gihugu Intambamurugamba uhejeje urugendo rubashikana muri Etiyopiya ahazobera ayo mahiganwa