#Euro2020: Igikombe ca buraya c'ibihugu mu minwe y'Ubutariyano

#Euro2020: Igikombe ca buraya c'ibihugu mu minwe y'Ubutariyano

#Euro2020

Ubutariyano nibwo bwaraye butahukanye igikombe ca buraya cahuza imirwi nserukira bihugu vyo kumugabane wa buraya.


Inyuma y'ukwezi kw'imikino, Ubutariyano bwatanye mu mitwe n'umurwi w'Ubwongereza m'urukino rwa nyuma(finale) aho barangije iminota yemewe n'amategeko banganya igitsindo kimwe ku kindi. Bagiye kudadanurwa n'igice c'ama penalties aho ubwongereza bwahushije zitatu ubutariyano bugahusha zibiri gutyo bugatahukana igikombe.

Ivyo vyabaye ku ncuro ya mbere mu mateka y'ubutariyano inyuma y'imyaka mirongo itanu n'itatu(53).

#EavibeMedia