FLAMBEAU DU CENTRE NA BUMAMURU MU RUKINO RWANYUMA RW'IGIKOMBE C'UMUKURU W'IGIHUGU.

1 / 1

1.

Kw'igenekerezo rya 05 Ruheshi 2021 niho hategekanijwe kuzokinirwa urukino rwa nyuma (final)y'igikombe c'umukuru w'igihugu.

Urwo rukino rukazohuza imigwi ya Bumamuru yo mu ntara ya Cinitoke na Flambeau du Centre y'igitega.

Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 30Rusama2021,niho habaye inkino z'igice ca kabiri gishira icanyuma.
Umurwi wa Bumamuru uhejeje gutsinda Vital'o Fc ibitsindo (2-1), Vyatumye baca bikora Kuri za Pénalty ,biza kurangirira Bumamuru itsinze (5-4).

K'uruwo munsi mu  ntara ya Gitega umurwi wa Musongati FC watsinze ibitsindo (2-1) ca Flambeau du Centre ariko, umurwi wa Flambeau du Centre niwe washoboye kubandanya bisunze urukino rwambere.