Football: IKIBUGA C INKINO C'UMUBIRA W AMAGURU INTWARI NTIKIZOKWAKIRA URUKINO RW UBURUNDI NA CENTRAFIQUE RWO KW IGENEKEREZO RYA 22 NTWARANE 2021.

Football: IKIBUGA C INKINO C'UMUBIRA W AMAGURU INTWARI NTIKIZOKWAKIRA URUKINO RW UBURUNDI NA CENTRAFIQUE RWO KW IGENEKEREZO RYA 22 NTWARANE 2021.

Abagenduzi b'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Afrika CAF bamenyesha ko ikibuga c'umupira w'amaguru Intwari kidakwije ibisabwa kugira cakire urukino rw'Uburundi na Centrafrique.

Mugihe basanze ico kibuga c'inkino kidakwije baciye bagenda kugendura kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya  2 Ntwarane 2021   ikibuga Urukundo c'i Ngozi bakamenyeshako naco nyene mugihe coba kidakwije ivyangombwa urwo rukino ruzoca rubera mukindi gihugu.