Gitega: ABANYESHURE BATATU BIRUKANYWE BURUNDU UBUTAGISUBIRA KWIGA.

Gitega: ABANYESHURE BATATU BIRUKANYWE BURUNDU UBUTAGISUBIRA KWIGA.

Abanyeshure batatu nibo birukanywe burundu bagirizwa kwiba ibibazo umwe akaba yiga kw'ishure rya Lycée de la paix Magarama abandi babiri  biga kuri Lycée Saint Sacré Coeur de Yoba .

Abo bana bakaba bivugwa ko bagirizwa kwiba ibibazo bafashishijwemwo n'umwe mubakora mu biro vy'indero vya komine Gitega akaba yamaze gufatirwa ingingo.

Baramenyesha kandi icatumye  ibibazo vy'igice ca kabiri bisubirwamwo ngo nuko hari habaye ubwo busuma nyene .

Abigisha bavuze ko bibuza kubandanya neza urutonde rw'ivyirwa kuko ivyo bibazo vy'igice ca kabiri vyari bigisubirwamwo.