HARASIGAYE IMIGWI ITANU IGOMBA KUGIRA AMAHIRWE MURI PRIMUSLIGUE 2020-2021

HARASIGAYE IMIGWI ITANU IGOMBA KUGIRA AMAHIRWE MURI PRIMUSLIGUE 2020-2021

Ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Rusama 2021, imigwi itanu igisigaranye amahirwe yo gutahukana igikombe c'ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaguru PRIMUS LIGUE 2020-2021 iraza kwinjira mu kibuga mu gihe c'isaha icenda.

Imigwi iza gukina akaba ari  :Messeger Ngozi wakira Aigle Noir kukibuga urukundo i Ngozi ,Flambeau du Centre nawo wakira rukinzo kukibuga i Ngoma c'i Gitega ,mu  gihe  Kayanza United uzoba uriko urakira Royal Fc  i muramvya.