HEMEJWE IZINA RY'UWUGIYE KUBA UMUNYAMABANGA NTAHEGAYEZWA WA KOMINE MUKAZA

HEMEJWE IZINA RY'UWUGIYE KUBA UMUNYAMABANGA NTAHEGAYEZWA WA KOMINE MUKAZA

Mu nama yaraye ihuje abari mu nama mpanuzwa zajambo ya komine MUKAZA kuri uyu wambere igenekerezo rya 31 rusama 2021 , haremejwe ijana kw'ijana izina ry'uwugiye kuba umunyamabanga ntayegayezwa  wa komine mukaza mugisagara ca Bujumbura.

Iyo nama ikaba yahuje abari munama mpanuzwajambo yiyo komine bose bakaba bemeje izina rya WAKANA Léonard.

Ivyo bikaba bibaye mugihe ubu hari indinganizo nshasha ishiraho ico kibanza mu makomine yose y'igihugu c'uburundi.