HUGURUWE IGITURO C'IMIDUGA MU NTARA YA KIRUNDO.

HUGURUWE IGITURO C'IMIDUGA MU NTARA YA KIRUNDO.

Kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2021 Buramatari w'intara ya KIRUNDO  arikumwe nabamwe mubajejwe  intwaro buguruye igituro c'imiduga kumurwa mukuru w'intara ya KIRUNDO .

Mw'ijambo ryiwe yamenyesheje kw'iterambere ry'intara eka n'iryabenegihugu rigiye kwiyongera muri iyo ntara.

Mwomenya ko iyo ntara ariyo yonyene atagituro yarifise kumurwa mukuru w'intara z'Uburundi.