IBIDANDAZWA VYAHANAHANYWE KUVA KERA MU BISATA 5 VYA ZLECAF.

IBIDANDAZWA VYAHANAHANYWE KUVA KERA MU BISATA 5 VYA ZLECAF.

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 9 Ruheshi 2021, ubushikiranganji bw'ubudandaji bwashikirije ko ibidandazwa vyahanahanywe kuva kera mu bisata 5 harimwo gutumatumanako amakuru no gutwara abantu n'ibintu mw'isoko rusangi rihurikiyemwo ibihugu vyo ku mugabane wa Afrika(ZLECAF) ko bitazohinduka.

Ivyo bikaba vyavugiwe i Gitega mu ruganda rwatunganijwe n'ubwo bushikiranganji ku bakorera mu bisata bitandukanye vy'ubudandaji

Onésime Nikura yongeye aravuga ko abadandaza boraba ibindi bidandazwa bokongeramwo muvyo  badandaza .