IKIGO KIJEJWE GUKUNDA NO GUKUNDISHA IGIHUGU KIGIYE KUBAKWA MU NTARA YA GITEGA.

1 / 1

1.

ikigo kijejwe gukunda no gukundisha igihugu , kizokubakwa mu ntara ya Gitega. 
Ivyo vyamenyeshejwe na nyenicubahiro umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye mw'ijambo yashikirije mu birori vyo kwibuka Imboneza mu Gukunda Igihugu no guhimbaza umusi mukuru wahariwe Gukunda Igihugu wibereye mu ntara ya Gitega. 
Umukuru w'igihugu c'Uburundi murirya jambo yashimiye umuryango wa nyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza kukuntu uguma uremye.