Ikirangamisi c'inkino za #NkurunzizaCup

Ikirangamisi c'inkino za #NkurunzizaCup

Haraye hamenyekanye ikirangamisi c'uko inkino z'igikombe c'itiriwe uwahoze ari umukuru w'igihugu c'uburundi Petero Nkurunziza zizokurikirana

Izo nkino zizotangura k'umusi w'ejo aho Uburundi buzoba buramutse bwibuka umwaka uheze Petero Nkurunziza ashengeye.

Tukabibutsa ko izo nkino zitabiriwe n'imirwi umunani ya mbere y'ihiganwa #PrimusLeague ryaraye rirangiye.