Imyiteguro y'umugwi Nserukira gihugu itanguye kare.

Abakinyi 30 nibo bahamagajwe mu myiteguro yo kwitegurira inkino za centre afrika na Maroc.

Imyiteguro y'umugwi Nserukira gihugu itanguye kare.
1 / 1

1. Imyiteguro y'umugwi Nserukira gihugu itanguye kare.

Imyiteguro  y' umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba itanguye kare
mukwitegurira inkino za Maroc na Centre Afrique zizoba mukwezi kwa gatatu.
Aba nibo bakinyi 30 bakina hano iwacu???????? bahamagawe ngo batangure kumunsi w'ejo wambere imyimenyerezo izobera kuri Stade Intwari igihe c'isaha icumi zumugoroba(16h).
Nabo ni Aba:????
1.RUKUNDO Onesime ( MESSAGER NGOZI)
2.WILONJA Ismail(MUSONGATI FC )
3.NIJIMBERE Juma (FLAMBEAU DU CENTRE)
4.HAKIZIMANA Issa ( FLAMBEAU DU CENTRE)
5.NDIKUMANA Dieu Merci( AIGLE NOIR)
6.IRAKOZE Beni ( FLAMBEAU DU CENTRE)
7.MURYANGO Moussa (MUSONGATI)
8.MBIRIZI Eric ( INTER STAR )
9.NGABONZIZA Blanchard( AIGLE NOIR)
10.NDIKUMANA Faustin ( RUKINZO)
11.NIMUBONA Emery (MUSONGATI)
12.BIGIRIMANA Ramadhan ( KAYANZA UTD)
13.NDIKUMANA Asman (AIGLE NOIR)
14.URASENGA Cedrick Danny ( MESSAGER NGOZI)
15.MUGISHA Josué Alberto ( MUSONGATI )
16.NSHIMIRIMANA Ismail( RUKINZO )
17.MASSUD Narcisse( AIGLE NOIR)
18. KARIKERA Ibrahim (MESSAGER NGOZI)
19.MUDERI Akbar ( MESSAGER NGOZI)
20.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD )
21.ASMAN Amissi ( FLAMBEAU DU CENTRE)
22.RAMAZANI Pascal (OLYMPIC STAR)
23.MUNYAMPARA Pepe Mangubu (VITAL'O Fc)
24. SHAKA Tresor ( VITAL'O )
25.NDUWIMANA Franck (ROYAL)
26.NIBIBONA Eddy (MUSONGATI)
27. NDAYISHIMIYE Mechack (DYNAMIC)
28. RUKUNDO Abdoul Rahman ( KAYANZA UTD )
29. Vyamungu Raoul (BUMAMURU)
30.Djuma Muhammed ( FLAMBEAU DU CENTRE)
Tubibutse ko ari munkino za Can 2021