INAMA YA BOSE IDASANZWE MW'ISHIRAHAMWE RY'UMUPIRA W'AMABOKO BASKET BALL (FEBABU).

1 / 1

1.

Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 20Ruheshi2021, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko Basket ball harategekanijwe inama ya bose, nkuko biri mw'ikete isomere SG FEBABU /AG/01/2021, rihamagarira abakuru b'amashirahamwe akukira iyo Federation hamwe n'abarongoye imigwi bafise uburenganzira bwo kwitabira inama yabose. 

Intumbero nyamukuru yiyo nama n'ukwiga no kwemeza amategeko agenga FEBABU hamwe no kwemeza itegeko rigenga amatora.

Iryo kete ryandikiwe abakuru b'amashirahamwe akukira FEBABU ryatewe ko umukono n'umunyamabanga mukuru wa FEBABU