Ingabire y'ubumwe bwa buraya ku bushikiranganji bw'amagara y'abantu

Ingabire y'ubumwe bwa buraya ku bushikiranganji bw'amagara y'abantu

Ku muhingamo wo kuri uyu wagatatu igenekerezo rya31 Ntwarante 2021, umushikiranganji w'amagara y'abantu n'ukugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA Muganga Thadée Ndikumana yarakiriye imiduga (double cabinet) zingana na mirongo itandatu nazitatu 63 hamwe n'imiduga yo mubwoko bwaruseha abaniha ( ambulances) zingana na mirongo itatu nazine 34 ,iyo miduga ikaba yahawe leta y'uburundi kubitaro n'uburere bw'ubuvuzi biri muburundi muri wamugambi "twiteho amagara "