INGINGO YOGUHAGARIKA IBIBAZO BIMWE BIKORWA MU NANI( EXAMEN EN RESEAU)

INGINGO YOGUHAGARIKA IBIBAZO BIMWE BIKORWA MU NANI( EXAMEN EN RESEAU)

Umushikiranganji w'indero yafashe ingingo yoguhagarika ibibazo bimwe bikorwa mu nani arico bita Examen en Réseau .

Umwe mubanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura David Ninganza avuga ko ari ingingo ije yisunga amategeko no gutorera inyishu ingorane zari zibonekeza mu bice bibiri  vy'umwaka uheze.

Yongeye asaba abayobozi b'amashure kwisuganya n'aho bisaba  akigoro kadasanzwe kugira ingingo ntibihindure ikirangamamisi .