Inkino: Umusozo w'ihiganwa ry'icicaro ca kabiri mu Burundi.

Inkino: Umusozo w'ihiganwa ry'icicaro ca kabiri mu Burundi.

Mu nkino zakinywe kuri uyu  wa gatatu igenekerezo rya 7 Ndamukiza 2021 mu cicaro ca kabiri imirwi imwe iza yamaze gushika mu ciraro ca mbere iyindi irindiye ico bita barrage hari niyindi yamaze gukoroka mu cicaro ca gatatu.


Poule A

1.Flambeau de l'est : 28points
2.Les crocos : 26points
3.Les jeunes atletiques: 20points
4.LLB: 18points
5. Delta star: 17points
6.Tel-Aviv: 16points
7.Lellieres: 13points
8.Ngozi city: 12points

Poule B


1.Top junior: 30points
2.New oil: 29points
3.Moso Suger: 27points
4.Garage express: 22points
5.Lumière Mwumba: 15points
6.BuhumuzaMakamba United: 15points
7.Buhumuza: 13points
8.Agasaka academy: 5points.
 
Mwomenya ko Flambeau de l'est na Top Junior ziza zamaze kuja mu cicaro ca mbere .

Imirwi nka Les Crocos F.C na New Oil nibo bagiye gukina barrage kugira barondere kuja mu cicaro ca mbere 

Imirwi nka Ngozi City na Agasaka accademie nayo yakorotse icicaro igiye kuzokina icicaro ca gatatu.