INKINO Z'IGIKOMBE CITIRIWE UMUKURU W'IGIHUGU ZIRABANDANYA.

1 / 1

1.

Kuri uyu wa gatatu  igenekerezo rya 10Ntwarante 2021,inkino z'igikombe citiriwe   umukuru w'igihugu zirabandanya igice ca 16 gishira icanyuma.
Inkino 7 zikaba arizo zitegekanijwe :
Kukibuga Ingoma co muntara ya Gitega:AIGLE NOIR CLUB SPORTIF vs Tel aviv fc  nayo i Muyinga
Musongati Fc vs Flambeau de l'Est,
Bumamuru Fc vs Burundi  Pax kuri stade Intwari i Bujumbura 
Muzinga Fc vs Lumière Mwumba bahurire kuri stade Gatwaro  ,aho ni mugihe Bujumbura city Fc vs Crocos Rumonge bahurire kuri Urunani y'iBuganda ,naho
OLYMPIC STAR DE MUYINGA Fc vs les jeunes athlétiques bakinire kuri stade Urukundo.

Mukamenya ko inkini z'igice ca 16 gishira icanyuma zizobandanya no kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 11 na 12 Ntwarante 2021.