IRINDI KETE RIHAMAGARIRA IMIGWI N'AMASHIRAHAMWE KWITABIRA IZONKINO.

1.

Mu gihe hari hasohotse ikete rihagarika championnat national ya basket 

Kuri uyu wa 21Rusama 2021haheje gusohoka ikete rihamagarira imirwi n'amashirahamwe ya basket kwitabira iryo higanwa .

Amakete abiri avuguruzanya mu masaha 48.

Abakunzi ba basket ball musabwe kuduga i gitega muri iyi weekend .