ISIMA YA BUCECO YARAFASHWE MU RUDANDAZWA RUDAKURIKIJE AMATEGEKO.

ISIMA YA BUCECO YARAFASHWE MU RUDANDAZWA RUDAKURIKIJE AMATEGEKO.

Ku muhingamo wo kuri uyu wambere igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021, buramatari w'intara ya Gitega Venant Manirambona arikumwe n'inzego z'umutekano no kw'ivuna abansi n'ubutungane muri iyo ntara barafashe imifuko irenga amajana abiri y'isima ya BUCECO kubadandaza iyo sima kubiciro birenze.

 Buramatari w'iyo ntara Venant Manirambona akaba yamenyesheje ko amategeko agiye gukurikizwa bikomeye.