Ivyegera bibiri vy'umukuru w'inama nshingamateka mu bikorwa rusangi hagati mu gihugu

Kuri uno wa gatandatu, icegera ca mbere c'umukuru w'inama nshingamateka Dr Sabine Ntakarutimana yifadikanije n'abenegihugu bo mu ntara ya Cankuzo mu bikorwa rusangi ahariko hubakwa ikibuga c'umupira w'amaguru(Stade Buhumuza) c'iyo ntara. Ku rundi ruhande mu ntara ya Muramvya, Abel Gashatsi icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yifadikanije mu bikorwa vyo gusibura umuserege w'ibarabara rija mu ntara ya Kayanza(RN1).