KARENZO ALEXIS HAMWE NA IRADUKUNDA DIDIER BATEYE UMUKONO KUMASEZERANO YO GUKINIRA UMUGWI WA ROYAL FC.

1 / 1

1.

Burundi Mercato :Imigwi yo mu cicaro ca mbere mw'ihiganwa rya Primus league ibandanya kwiyubaka. 

Muntumbero yo kwitegurira ihiganwa ry'umwaka wa 2021-2022 nkuko iyindi migwi yabikoze, Umugwi wa Royal Fc  wateje imikono kumasezerano abakinyi 2 ,umusatirizi akomeye yafashije Umugwi wa Buhumuza Fc mu mwaka uheze azwi kw'izina rya Karenzo_Alexis umukinyi akaba yashize umukono ku masezerano y'imyaka ine.

IRANKUNDA DIDIER nawe yahora mu mugwi wa Kayanza United nawe yateye umukono ku masezerano ntayo.

 Imigwi rero ibandanye kwitegutirira ihiganwa ryuyu mwaka  kurugero rwiza bishobora gutuma haba ihiganwa ryiza.

Alexis avuye mucicaro cakabiri akaba agiye gukina mucicaro cambere