Kathia Gretta Iradukunda NIWE YATAHUKANYE IHIGANWA  BOSSLADY  RYATUNGANIJWE N ISHIRAHAMWE RYO GUTUMANATUMANAKO AMAKURU ECONET WARELESS.

Ishirahamwe ryo gutumanatumanako amakuru Econet Wareless yaratunganije ihiganwa  ryitiriwe BossLady hakaba hatahukanye agashimwe  umwigeme Kathia Gretta IRADUKUNDA akaba yatahukanye agashimwe k'amafaranga angana n' imiriyoni zibiri n'igice.

Uku niko bakurikiranye:

1.Kathia Gretta IRADUKUNDA
2.Ninette NISHIMWE
3.Lydia IRADUKUNDA
4.Allegria KWIZERA
5.Aline AKIMANA
6.Christa Idole AHANGAME
7.Gaudence NIYUBAHWE

Uwashigikiye iryo higanwa akamenyesha ko ryabaye mu ntumbero yo gushigikira umukenyezi mu bikorwa vyiwe vyo kwitunganiriza imigambi y'iterambere kuko mu bahiganwa bose berekana ivyo basanzwe bakora .

Tukabamenyesha ko uwo yatsindiye ako gashimwe akaba  yiyemeje kuzokora  ibintu bitandukanye nko kujisha inkoko,kujisha ibirago n'ibindi vyo oogushariza mu nzu akoresheje icatsi kireremba ku mazi mugifarasa citwa Jacynthe d'eau .