KAYANZA UNITED IKURA AMASO KUGIKOMBE CA PRIMUS LEAGUE 2020-2021

KAYANZA UNITED IKURA AMASO KUGIKOMBE CA PRIMUS LEAGUE 2020-2021

Inkino z'indwi ya 29 zari zisigaye zagenze uku gukurikira :

Flambeau 2-0 Rukinzo
Vital'o 4-2 Inter star
Messager ngozi 0-0 Aigle noir FC
Kayanza united 0-2 Royal

Uku nikwo imigwi 6 yambere ikurikirana :

1. Flambeau du centre 54pts/19buts
2. Messager ngozi 52pts/19buts
3. Kayanza untd 52pts/7buts
4. Aigle noir 50pts/15buts
5. Musongati 47pts/15buts
6. Rukinzo 47pts/5buts

Biboneka ko umugwi Kayanza United wahabwa amahigwe yo gukora ibitangaza mu gutwara igikombe kandi vyari bizwi ko udakunze kuja mubibanza vya mbere yatakaje ayo mahirwe lu gutsindwa na Royal y'imuramvya.

Ukwo gutsindwa kukaba kwahaye amahirwe adasanzwe imirwi ya  Flambeau du centre na Messager Ngozi  

Urukino rukomeye  cane kandi rurindiranywe igishina rukaba ruzoba rumeze nka final ni hagati y'iyo migwi  igisigaranye amahigwe ariyo: Messager ngozi vs Flambeau du centre ruzoba k'umunsi w'imana ku kibuga  Urukundo co mu ntara ya Ngozi
Isaha icenda z'umuhingamo.

Flambeau du centre irondera kunganya canke gutsinda gusa igatwara igikombe

Imigwi itakibarizwa muyizokina icicaro ca mbere :

Inter star 
Les éléphants
Muzinga

Izoca isubirigwa n'imirwi nka :
 Les crocos
 Flambeau de l'est
 Top junior