MUSITANTERI WA KOMINE MUTIMBUZI ASABA ABENEGIHUGU KUDASUBIRA GUTANGA AMAFARANGA MUGIHE BAGUZE ITONGO

MUSITANTERI WA KOMINE MUTIMBUZI ASABA ABENEGIHUGU KUDASUBIRA GUTANGA AMAFARANGA MUGIHE BAGUZE ITONGO

Mw'itangazo rya musitanteri arongoye ikomine ya Mutimbuzi ryasohotse kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 9 Mukakaro 2021 rimenyesha abantu bose baza k'umitumba yose igize iyo komine kwatamukuru w'umutumba n'umwe yosubira kwaka Amafaranga kugira ngo babasinyire urupapuro rw'ubuguzi.

Siméon Butoyi arongoye komine Mutimbuzi yasavye abanegihugu Bose k'umukuru w'umutumba yosaba Amafaranga ko yoca aza kw'ikomine kugira ngo abimenyeshe.