NIYONIZIGIYE  Capitoline NIWE AHEJEJWE KUGENWA KUBA UMUSHIKIRANGAJI W'UBUDANDAJI  AMAHINGURIRO N'INGENZI .

NIYONIZIGIYE  Capitoline NIWE AHEJEJWE KUGENWA KUBA UMUSHIKIRANGAJI W'UBUDANDAJI  AMAHINGURIRO N'INGENZI .

Umupfasoni Capitoline Niyonzima niwe ahejejwe kugenwa kuri uno wa kabiri 11/05/2021 na Nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye mu mabanga yo kuba umushikiranganji w'ubudandaji;amahinguriro n'ingenzi.

Uwo mushikiranganji akaba asubiriye Hon.Immaculée Ndabaneze yaheruka gukomborwa muri ayo mabanga ahorwa gusesagura itunga ry'igihugu.

Mubuzima busanzwe bwa Niyonizigiye Capitoline akaba yahora akora mubiro vy'umukuru w'Igihugu, yigeze kuba ari umuyobozi w'intwaro n'ubutunzi(DAF)  muri Radio nkuru y'igihugu (RTNB).