OBR yaronkejwe ingabire y'ubwato.

OBR yaronkejwe ingabire y'ubwato.
OBR yaronkejwe ingabire y'ubwato.

RUKINZO, niryo zina ry'ubwato ikigo OBR kijejwe gutoza amatagisi mu Burundi ryagabiwe.

Iyo ngabire ikaba yatanzwe n'ikigo c'Abayapani citwa JICA. Intumbero ni ukunagura no gukomeza ubusuma na za forode zikorerwa mu mazi y'ikiyaga Tanganyika.