Rumonge : UMUHUZA W'ABARUNDI YATEYE ITEKA UMUSI MUKURU WOKWIGINA INTSINZI Y'UMURWI LES CROCOS F.C

K'umuhingamo wo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Rusama 2021,umurwi w'umupira w'amaguru wo muntara ya Rumonge LES CROCOS F.C watunganije ibikorwa vyo kwigina intsinzi baronse mu kuronka itike ryo kuja mw'ihiganwa rikuru ry'igihugu (Primus League).

Ivyo birori vyatewe iteka n'umuhuza w'abarundi Hon. Eduard Nduwimana.

Mw'ijambo ryiwe Umuhuza w'abarundi akaba yashimiye cane abakinyi , intwaro n'abo bose bitanze kugira ngo uwo murwi ushike mucicaro ca mbere .

Ivyobirori bikaba vyaranzwe n'ugushimira abitanze gusumba abandi mubikorwa vyose vyakoze muri uyo murwi kugira ngo ushike mucicaro ca mbere .