SERGIO RAMOS ABARIZWA MURI PARIS SAINT GERMAIN.

1.

Ntibikunda urukurikirane umukinyi Sergio Ramos yahoze akinira umurwi wa Real Madrid, kuva kuri uyu wa gatatu  ni umukinyi yashize umukono kumasezerano yo gukinira umugwi wa PSG.


Inyuma y'imyaka igera kuri 16 akinira Sergio Ramos akinira umugwi wa Real Madrid,uyo mukinyi yamuka mu gihugu ca Espanye, Sergio Ramos  agiye gukina umugwi wa Paris Saint Germain ikiringo c'imyaka 2, n'ukuvuga gushika muri 2023.


Ramos agiye kwamabara inomero 4 mu mugongo, isanzwe ari nayo nomero yar'asanzwe yambara muri Real Madrid.

Inomero 4 agiye kwamabara zikaba zahora zambara Thilo Kelher afise amasoko mu Budagi no mu Burundi. Anataka bake mubakunzi b'inkino ngaha mu Burundi bafise ubwoba ko Thilo Kelher ashobora kugurishwa canke afatirwa.