UBUSESANGUZI KW'IHIGANWA PRIMUS LEAGUE

1 / 1

1.

Ubusesanguzi bwa bwerekeye ihiganwa rya Primus league muri kino gihe rigeze kundwi ya 26 yaryo .

Imigwi ya Academy Le Messager umwe muriyo ishobora gutwara igikombe ca Primus league ivyo rero bikaba bitangara abamtu kuko ni imigwi ivukana kandi ikaba izohura mu rukino rwanyuma .

naho Musongati woba ugifise amahirwe menshi yo gutahukana ico gikombe ishobora gutangara .

Aigle Noir na Kayanza nazo zirafise amahirwe yo kugitwara ariko zibanje gukora ibi bikurikira.

Rukinzo nawe naho yatakaje urukino ruheruka ntaraja kure naho agufise inkino zigoye nkiyindi migwi.

imigwi 9 niyo ishibora gukoroka mu cicaro ca kabiri 

Shassir Nahimana na Juma guhindura Vital’o fc mu nkino zanyuma . ????????????????