UMUGAMBWE CNDD-FDD WATUNGANIJE IKORANIRO KAMINUZA KUMITUMBA YOSE N'AMAKARITIYE

UMUGAMBWE CNDD-FDD WATUNGANIJE IKORANIRO KAMINUZA KUMITUMBA YOSE N'AMAKARITIYE

Kuri uyu wagatandatu igenerezo rya 12 Ruhenshi 2021, umugambwe CNDD-FDD watunganije ikoraniro kaminuza ry'umugambwe kumitumba n'amakaritiye yose agize igihugu C'UBURUNDI.

Iryo koraniro rikaba ribaye mu ntumbero yogutora indongozi zo kumitumba no mumakaritiye kuko izahahora ikiringo caza cari caraheze.

Mu bibanza bimwe bimwe twaciyemwo vyomugisagara ca Bujumbura icibonekeje  nuko abahahora ahenshi batasubiyemwo mubibanza vy'uburongozi bw'umugambwe.