UMUGWI FLAMBEAU DU CENTRE FC URAKEZA UMUGWI NSERUKIRAGIHUGU INTAMBA MU RUGAMBA.

1.

Umugwi wo mu cicaro ca mbere mw'ihiganwa Primus league ariwo Flambeau du centre FC urakeza umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba kuntsinzi y'ibinstindo 3-0 mu rukino rwawuhuje umugwi nserukiragihugu w'Uburundi na Erythrée Wabatarenza U23.

Mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba  hakaba hakaba harimwo abakinyi batanu(5) bamuka mu mugwi Flambeau du centre FC abo nabo akaba ari:Irakoze Beni ,Djuma Mohamed,Barandondera Abdoul Karim,Rukundo Abdoul Rahman Palpay hamwe na Hakizimana Issa.

Umugwi nserukiragihugu Intambamurugamba uri mugihugu ca Ethiopia mu nkino ziriko ziuhuza imigwi nserukira bihugu mu gikombe ca CECAFA.