UMUGWI WA LES CROCOS WAMAZE GUSHIKA MU CICARO CA MBERE C'IHIGANWA PRIMUS LEAGUE.

1 / 1

1.

Inyuma y' imyaka irenga 5 ata murwi wo  mu ntara ya Rumonge ubarizwa mu cicaro ca mbere mw'ihiganwa Primus League,kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2021, umurwi Les Crocos FC wo muri iyo ntara uhejeje kuronka uburenganzira bwo gukina muri ico cicaro mw'ihiganwa ry'umwaka uza wa 2021-2022.

Aho n'iyuma yo gusezerera New umugwi wa OIL FC wamuka mu ntara ya Muyinga kuntsinzi ya Les Crocos FC 2-1 New OIL

Murukino rwa mbere Les Crorcos wari watsinze New OIL 1-0.

Abatari bake bakaba babandanya gukeza umugwi wa Les Crocos kuriryo teka uteye intara ya Rumonge.