UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI YAGANUTSE AVUYE MU GIHUGU CA UGANDA.

UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI YAGANUTSE AVUYE MU GIHUGU CA UGANDA.

Kuri uyu musi ugira Gatanu igenekerezo rya 14 Rusama 2021, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yaganutse ava mu gihugu c'ubuganda mu birori vyo  kwimika umukuru w'igihugu  Yoweri kaguta  Museveni.

Umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba yarasavye abagwiza tunga bo muri ico gihugu kuzana imitahe yabo mu Burundi kugira  bakomeze imigenderanire myiza ihasazwe narirya ari iya kera.