UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI YARAYE AGABISE INKA 50 ZA KIJAMBERE

UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI YARAYE AGABISE INKA 50 ZA KIJAMBERE

Mu rugendo arimwo muri Kenya Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yaragabiwe inka 50 za kijambere na mugenziwe Uhuru Kenyatta nk'ikimenyetso c'ubuvukanyi .

Nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba yashikiye i Kisumu mu muji wa gatatu  ukomeye muri Kenya havuye Nariobi na Mombasa .

Muri urwo rugendo umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba ari mu kazi k'iminsi ibiri.