UMUKURU W`IGIHUGU EVARISTE NDAYISHIMIYE YITABIRIYE IBIRORI VYO KWIMIKA YOWELI KAGUTA MUSEVENI WA UGANDA .

1 / 1

1.

Nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimye ari kumwe n'umutambukanyi wiwe bahejeje gufata urugendo rubashikana i Kampala mu gihugu ca Uganda , aho biitabiriye ibirori vyo kwimika umukuru w`igihugu  Kaguta Museveni aherutse gusubira gutorwa kuri manda ya gatandatu yikurikiranya.

Mw`itangazo ibiro vy`umukuru w`igihugu bijejwe gutanga amakuru vyashize ahabona vyamenyesheje ko urwo rugendo ruzomara imisi itatu.