UMUKURU W'IGIHUGU YAKIRIYE UWUSERUKIRA IGIHUGU C'UBUSWISE MUSHASHA  MU BURUNDI

UMUKURU W'IGIHUGU YAKIRIYE UWUSERUKIRA IGIHUGU C'UBUSWISE MUSHASHA  MU BURUNDI

K'umihingamo wo kuri uyu wa mbere  igenekerezo rya 22 Ntwarante 2021 , Umukuru w'Igihugu c'uburundi Nyenicubahiro Evarisito Ndayishimiye yakiriye M. Valentin Zellweger uwugiye guserukira igihugu c'ubuswise mu burundi ,uwo akaba yari azanye amakete amugena muri ayo mabanga .

Muvyo bayaze Bose baganiriye kumigenderanire myiza izira iburyarya n'ugushigikirana muri ivyo bihugu vyompi.