UMURWI FEMMES IMBONEZA WATANZE IMFASHANYO KUMURWAYI

UMURWI FEMMES IMBONEZA WATANZE IMFASHANYO KUMURWAYI

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 ntwarante 2021 ,bagiwe imbere n'umukenyezi w'imboneza Maître Solange MURERWA, abakenyezi bahurikiye mu murwi  wa WhatsApp witwa "Femmes Imboneza" wahaye agafashanyo kangana n'ibihumbi amajana atatu umukenyezi IGIRANEZA Odetta aherutse kugira isanganya mu maramvya muri Komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura akaba yaracitse ukuguru.

Ako gafashanyo bakaba bagatanze muntumbero yo kwitaba akamo umunega wiwe yari yasavye ko uwogira umutima wikigongwe yofasha uwo muryango kuko usanzwe uri ntaho nikora .

Twobamenyesha ko uwo mukenyezi Odetta IGIRANEZA agwariye mubitaro biri mugisagara ca Bujumbura Prince Régent Charles.