UMUVUGIZI W'UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI ARABESHUZA AMAKURU AVUGA KO UBURUNDI BWAKUWE MUBIHANO N'ISHIRAHAMWE RY'UBUMWE BWABURAYA

UMUVUGIZI W'UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI ARABESHUZA AMAKURU AVUGA KO UBURUNDI BWAKUWE MUBIHANO N'ISHIRAHAMWE RY'UBUMWE BWABURAYA

Nkuko bivugwa n'iradiyo y'abongereza BBC ,Umuvugizi W'Umukuru wigihugu Nyakubahwa Hon. EVELYNE BUTOYI arabeshuza amakuru avugako uwuserukira ishirahamwe ryubumwe bwa Bulaya yatangajeko Ubumwe bwa Bulaya bwakuye Uburundi mubihano ahubwo ngo yari yagiye Kumenyesha Umukuru wigihugu c'Uburundi ko bariko bariga ivyo gukuru Uburundi murivyo bihano.

Ivyo bikaba vyavugiwe mumubonano umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye uwuserukira ishirahamwe ryubumwe bwaburaya mu Burundi hari kuri uyu wambere igenekerezo rya 21 Ruheshi 2021.