URUTONDE RUKURWAMWO AMAZINA Y'ABIGENJEJE KURUSHA ABANDI

URUTONDE RUKURWAMWO AMAZINA Y'ABIGENJEJE KURUSHA ABANDI

Lugihe kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021 ariho hasozerwa indwi ya mirongo itatu ari nayo yanyuma mw'ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaguru mu Burundi, Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryasohoye urutonde rw'abigenjeje neza kurusha abandi.

Mu mice itanu itandukanye hagiye haratorwa amazina azovamwo uwuronka agashimwe:

Umumenyereza yigenjeje neza:

1. Omar Ntakagero (Flambeau du Centre)

2. Jimmy Ndayizeye (Messager Ngozi)

3. Amars Akbar Niyongabo (Kayanza United officiel)

Umukinyi akina mu makungu yigenjeje neza: 

1. Youssouf Ndayishimiye Nyange (Turquie)

2. Saido Ntibazonkiza (Tanzania)

3. Marco Weymans (Swede)

4. Gael Bigirimana (Irland du Nord)

Umukunyi wa Primus league yigenjeje neza:

1. Abdoul Rahman Rukundo (Kayanza United)

2. Asman Ndikumana (Aigle Noir)

3. Frank Nduwimana (Royal FC)

Umunyegori mwiza yaranze PrimusLigue: 

1.Onesime Rukundo (Messager Ngozi)

2. Patient Ndikuriyo (Kayanza United)

3. Juma Nijimbere (Flambeau du Centre)

Umukinyi mushasha yigenjeje neza:

1.Frank Nduwimana (Royal FC)

2. Darcy Nshimirimana (Royal FC)

3. Pacifique Ndayikeza (Les elephants)